(1) Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Ndikinze ku Mana Allah, Umuremyi w’igitondo;
(2) Inkingire inabi y’ivyo Yaremye vyose;
(3) N’inabi y’ijoro iyo ryijimye;
(4) N’inabi y’abarozikazi bahuha mu mapfundo mu kuroga;
(5) N’inabi y’umunyeshari[743] iyo asharitse”.
[743] Umunyeshari, ni umuntu asharika abandi abahora impano bahawe n’Imana Allah, akipfuza ko nya mpano zohona, akanababangamira mu buzima.