103 - Al-Asr ()

|

(1) Jewe Allah, Ndarahiye ku gihe, kubera ibitangaza birimwo vyerekana ubushobozi bwanje!

(2) Ko mu vy’ukuri, zina kiremwa-muntu kiri mu ruhombo;

(3) Kiretse abemeye Imana Allah bagakora n'ivyiza bitegetswe, bagahanurana no kwama bashigikiye bagendera ukuri, bakanahanurana kwihangana muri ivyo vyose.