112 - Al-Ikhlaas ()

|

(1) Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Imana Allah, ni Imwe Rudende mu bumana bwayo, mu bushobozi bwo kurema no mu mazina n’amatazirano yayo.

(2) Imana Allah, ni Yo Nyenugutumberwa muri vyose.

(3) Ntiyavyaye kandi ntiyavyawe, eka ntigira n’umugore.

(4) Kandi ntigira ikiremwa na kimwe bisa canke bisusa, haba mu mazina n’amatazirano yayo, haba no mu bushobozi bwayo”.